22 Nimwambwira ngo: ‘Yehova+ Imana yacu ni we twizigiye+,’ mbega si we nyen’ibibanza bikirurutse+ na nyen’ibicaniro Hezekiya+ yakuyeho, akabwira Yuda na Yeruzalemu ati: ‘Imbere y’iki gicaniro ni ho muzokwunama, i Yeruzalemu+’?”’
12 Mbega Hezekiya ubwiwe si we yakuyeho ibibanza vyiwe bikirurutse+ n’ibicaniro vyiwe+ maze akabwira Yuda na Yeruzalemu ngo: “Muze mwuname+ imbere y’igicaniro kimwe+ kandi kuri co abe ari ho muzofumbishiriza umwotsi w’ibimazi+”?