ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 27:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Kandi uze ukore mu giti c’umunyinya igicaniro c’uburebure bw’amatambwe atanu, n’ubwaguke bw’amatambwe atanu. Ico gicaniro+ kize kibe ikwadarato, amahagarara yaco na yo abe amatambwe atatu.

  • 1 Abami 7:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Amaherezo Salomo akora ibikoresho vyose vy’inzu ya Yehova, igicaniro+ c’inzahabu n’imeza+ yo mu nzahabu yariko imikate yerekanwa*,

  • 2 Ngoma 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze akora igicaniro c’umujumpu+ gifise uburebure bw’amatambwe* mirongo ibiri, n’ubwaguke bw’amatambwe mirongo ibiri, n’amahagarara y’amatambwe cumi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika