Kuvayo 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Akora na ya meza y’igiti c’umunyinya+. Uburebure bwayo yari amatambwe abiri, ubwaguke bwayo itambwe, amahagarara yayo na yo itambwe n’igice+. 2 Ngoma 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko Salomo akora ibikoresho+ vyose vyari mu nzu y’Imana y’ukuri n’igicaniro c’inzahabu+ n’imeza+ zajako imikate yerekanwa*,
10 Akora na ya meza y’igiti c’umunyinya+. Uburebure bwayo yari amatambwe abiri, ubwaguke bwayo itambwe, amahagarara yayo na yo itambwe n’igice+.
19 Nuko Salomo akora ibikoresho+ vyose vyari mu nzu y’Imana y’ukuri n’igicaniro c’inzahabu+ n’imeza+ zajako imikate yerekanwa*,