Kuvayo 35:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ya meza+ n’iminiho yayo n’ibikoresho vyayo vyose, na ya mikate yerekanwa+; Kuvayo 40:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uze uzane ya meza+ uheze utunganye ivyayo, uzane na ca gitereko c’amatara+, watse n’amatara yaco+.