ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 37:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Maze agihomekako inzahabu itavanze, ku buringanire bwaco bwo hejuru n’impande zaco irya n’ino n’amahembe yaco, agikorera n’umukugirwa w’inzahabu ugikikuje+.

  • 1 Abami 7:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Amaherezo Salomo akora ibikoresho vyose vy’inzu ya Yehova, igicaniro+ c’inzahabu n’imeza+ yo mu nzahabu yariko imikate yerekanwa*,

  • 2 Ngoma 26:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ariko akimara gukomera, umutima wiwe ugira ubwibone+ gushika n’aho yikwegera akarambaraye+, ku buryo ahemuka kuri Yehova Imana yiwe akinjira mu rusengero rwa Yehova guturira imibavu ku gicaniro c’imibavu+.

  • Ivyahishuwe 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Hanyuma uwundi mumarayika arashika ahagarara imbere y’igicaniro+, afise icotezo c’imibavu c’inzahabu; ahabwa imibavu+ myinshi kugira ngo ayishikane iri kumwe n’amasengesho y’aberanda bose ku gicaniro c’inzahabu cari imbere ya ya ntebe y’ubwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika