Kuvayo 25:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Uze uyihomekeko inzahabu itavanze, uyikorere n’umukugirwa w’inzahabu uyikikuje+. 2 Ngoma 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, akora imeza cumi, azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+, hanyuma akora amabakure ijana y’inzahabu.
8 Vyongeye, akora imeza cumi, azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+, hanyuma akora amabakure ijana y’inzahabu.