Yesaya 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Niwambwira na ho ngo: ‘Yehova Imana yacu ni we twizigiye,’ mbega si we nyen’ibibanza bikirurutse+ na nyen’ibicaniro Hezekiya yakuyeho+, akabwira Yuda na Yeruzalemu ati: ‘Imbere y’iki gicaniro ni ho muzokwunama+’?”’
7 Niwambwira na ho ngo: ‘Yehova Imana yacu ni we twizigiye,’ mbega si we nyen’ibibanza bikirurutse+ na nyen’ibicaniro Hezekiya yakuyeho+, akabwira Yuda na Yeruzalemu ati: ‘Imbere y’iki gicaniro ni ho muzokwunama+’?”’