Yesaya 36:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mumbwiye na ho ko mwizigiye Imana yanyu Yehova, kwoba ari ukwihenda. Mbega Hezekiya si we yakuyeho ibibanza vyo kuyisengeramwo* n’ibicaniro vyayo+, agaca abwira abo mu Buyuda n’i Yeruzalemu ati: “Muzoze murunamira Imana imbere y’iki gicaniro+”?’”
7 Mumbwiye na ho ko mwizigiye Imana yanyu Yehova, kwoba ari ukwihenda. Mbega Hezekiya si we yakuyeho ibibanza vyo kuyisengeramwo* n’ibicaniro vyayo+, agaca abwira abo mu Buyuda n’i Yeruzalemu ati: “Muzoze murunamira Imana imbere y’iki gicaniro+”?’”