ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi, ahantu+ Yehova Imana yanyu azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba, ni ho muzozana ivyo ndabategetse vyose, amashikanwa yanyu aturirwa+ be n’ibimazi vyanyu, ivy’icumi vyanyu+ n’intererano+ yo mu kuboko kwanyu, n’amashikanwa yanyu yose y’indagano+ mezameza muzoraganira Yehova.

  • 2 Ngoma 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko Yehova abonekera+ Salomo mw’ijoro, amubwira ati: “Numvise isengesho ryawe+, kandi nitoreye+ aha hantu ngo habe inzu y’ibimazi+.

  • 2 Ngoma 32:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mbega Hezekiya ubwiwe si we yakuyeho ibibanza vyiwe bikirurutse+ n’ibicaniro vyiwe+ maze akabwira Yuda na Yeruzalemu ngo: “Muze mwuname+ imbere y’igicaniro kimwe+ kandi kuri co abe ari ho muzofumbishiriza umwotsi w’ibimazi+”?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika