Hoseya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Yehova amubwira ati: “Mwite Yezireyeli+, kuko hasigaye igihe gito nkagira ico mbaza koko inzu ya Yehu+ kubera ibikorwa vy’ugusesa amaraso vya Yezireyeli, kandi nzozimanganya ingoma y’inzu ya Isirayeli+. Amosi 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Emwe, ibibanza bikirurutse vya Izahaki+ bizogirwa umusaka, ibibanza vyeranda+ vya Isirayeli na vyo bitikizwe+; kandi nzohagurukira inzu ya Yerobowamu nkoresheje inkota+.”
4 Maze Yehova amubwira ati: “Mwite Yezireyeli+, kuko hasigaye igihe gito nkagira ico mbaza koko inzu ya Yehu+ kubera ibikorwa vy’ugusesa amaraso vya Yezireyeli, kandi nzozimanganya ingoma y’inzu ya Isirayeli+.
9 Emwe, ibibanza bikirurutse vya Izahaki+ bizogirwa umusaka, ibibanza vyeranda+ vya Isirayeli na vyo bitikizwe+; kandi nzohagurukira inzu ya Yerobowamu nkoresheje inkota+.”