Amosi 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntimurondere Beteli+, kandi ntimuje i Gilugali+, kandi ntimujabuke ngo muje i Beyeri-sheba+; kuko Gilugali itazobura kuja mu bunyagano+; nayo Beteli, izocika ikintu c’ivy’amageza+. Amosi 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 abarahira icaha ca Samariya+, bakavuga ngo: “Turahiye ukubaho kw’imana ya we, ewe Dani+!”, kandi ngo: “Turahiye ukubaho kw’inzira y’i Beyeri-sheba+!” Ntibazobura kugwa, kandi ntibazokwongera guhaguruka+.’”
5 Ntimurondere Beteli+, kandi ntimuje i Gilugali+, kandi ntimujabuke ngo muje i Beyeri-sheba+; kuko Gilugali itazobura kuja mu bunyagano+; nayo Beteli, izocika ikintu c’ivy’amageza+.
14 abarahira icaha ca Samariya+, bakavuga ngo: “Turahiye ukubaho kw’imana ya we, ewe Dani+!”, kandi ngo: “Turahiye ukubaho kw’inzira y’i Beyeri-sheba+!” Ntibazobura kugwa, kandi ntibazokwongera guhaguruka+.’”