Amosi 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 abarahira icaha ca Samariya+, bakavuga ngo: “Turahiye ukubaho kw’imana ya we, ewe Dani+!”, kandi ngo: “Turahiye ukubaho kw’inzira y’i Beyeri-sheba+!” Ntibazobura kugwa, kandi ntibazokwongera guhaguruka+.’”
14 abarahira icaha ca Samariya+, bakavuga ngo: “Turahiye ukubaho kw’imana ya we, ewe Dani+!”, kandi ngo: “Turahiye ukubaho kw’inzira y’i Beyeri-sheba+!” Ntibazobura kugwa, kandi ntibazokwongera guhaguruka+.’”