2 Abami 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Shalumu mwene Yabeshi amugīra umugambi mubi+ hanyuma amugarikira+ i Ibuleyamu+, aramwica maze atangura kuganza mu kibanza ciwe. Hoseya 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Samariya azoharurwako icaha+, kuko agarariza koko Imana yiwe+. Bazogwishwa n’inkota+. Abana babo bazomenagurwa+, abagore babo bibungenze na bo bafomozwe+.”
10 Nuko Shalumu mwene Yabeshi amugīra umugambi mubi+ hanyuma amugarikira+ i Ibuleyamu+, aramwica maze atangura kuganza mu kibanza ciwe.
16 “Samariya azoharurwako icaha+, kuko agarariza koko Imana yiwe+. Bazogwishwa n’inkota+. Abana babo bazomenagurwa+, abagore babo bibungenze na bo bafomozwe+.”