ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 8:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ahaziya yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Ataliya+ umwuzukuru wa Omuri+ umwami wa Isirayeli.

  • 2 Abami 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Abanyagihugu bose babandanya kunezerwa+; igisagara na co ntihagira ikigihungabanya; nayo Ataliya, bari bamwicishije inkota ku nzu y’umwami+.

  • 2 Ngoma 21:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, nk’uko ab’inzu ya Ahabu bari baragize; kuko umukobwa wa Ahabu yari yarabaye umugore wiwe+; abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+.

  • 2 Ngoma 22:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose b’inzu ya Yuda+.

  • 2 Ngoma 24:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko ku bijanye na Ataliya wa mugore w’umubisha, abahungu biwe+ bari barinjiye ku nguvu mu nzu y’Imana y’ukuri+, eka mbere ibintu vyeranda vyose+ vyo mu nzu ya Yehova babihereza za Bayali+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika