2 Abami 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, nk’uko ab’inzu ya Ahabu bari baragize+; kuko umukobwa wa Ahabu ari we yari yabaye umugore wiwe+; aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova. 2 Abami 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya+, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose+. 2 Abami 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ataliya yumvise urwamo rw’abantu bariko biruka, aca aza aho abantu bari ku nzu ya Yehova+. 2 Abami 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko bamushorerako amaboko hanyuma bamujana bamucishije mu nzira y’urwinjiriro rw’amafarasi+ rw’inzu y’umwami+, maze yicirwa ng’aho+.
18 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, nk’uko ab’inzu ya Ahabu bari baragize+; kuko umukobwa wa Ahabu ari we yari yabaye umugore wiwe+; aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova.
11 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya+, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose+.
16 Nuko bamushorerako amaboko hanyuma bamujana bamucishije mu nzira y’urwinjiriro rw’amafarasi+ rw’inzu y’umwami+, maze yicirwa ng’aho+.