ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 16:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mu nyuma abantu bari bakambitse bumva bivugwa ngo: “Zimuri yagize umugambi mubi, eka kandi yagaritse umwami.” Nuko Isirayeli yose yimika Omuri+ umukuru w’ingabo kuri uwo musi, mw’ikambi, imugira umwami wa Isirayeli.

  • 1 Abami 16:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mu mwaka ugira mirongo itatu na rimwe wa Asa umwami wa Yuda, Omuri aba umwami wa Isirayeli imyaka cumi n’ibiri. I Tiruza ahaganza imyaka itandatu.

  • 1 Abami 16:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nayo ibisigaye mu vya Omuri, ivyo yakoze be n’ubushobozi bwiwe yakoranye, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Isirayeli?

  • 2 Ngoma 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ahaziya yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza+, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Ataliya+ umwuzukuru wa Omuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika