2 Abami 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya+, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose+. 2 Abami 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ataliya yumvise urwamo rw’abantu bariko biruka, aca aza aho abantu bari ku nzu ya Yehova+.
11 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya+, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose+.