2 Abami 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ahaziya yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Ataliya+ umwuzukuru wa Omuri+ umwami wa Isirayeli.
26 Ahaziya yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Ataliya+ umwuzukuru wa Omuri+ umwami wa Isirayeli.