2 Ngoma 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ahaziya yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza+, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Ataliya+ umwuzukuru wa Omuri+.
2 Ahaziya yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza+, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Ataliya+ umwuzukuru wa Omuri+.