ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 8:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, nk’uko ab’inzu ya Ahabu bari baragize+; kuko umukobwa wa Ahabu ari we yari yabaye umugore wiwe+; aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova.

  • 2 Ngoma 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ahaziya yari afise imyaka mirongo ibiri n’ibiri igihe yatangura kuganza+, amara umwaka umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Ataliya+ umwuzukuru wa Omuri+.

  • Nehemiya 13:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Mbega abo si bo bacumuje Salomo umwami wa Isirayeli+? Mu mahanga menshi nta mwami ameze nka we yariho+; kandi yarakundwa n’Imana yiwe+, ku buryo Imana imugira umwami wa Isirayeli yose. Na we nyene abagore b’abanyamahangakazi baramucumuje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika