ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 “Maze iyo misi iheze+, jewe Nebukadinezari nunamurira amaso yanje mu majuru+, hanyuma ubwenge bwanje butangura kungarukako; ndaheza mpezagira Musumbavyose+, ndashemeza nongera ndaninahaza+ Umwe abaho gushika igihe kitagira urugero, kuko ubutware bwiwe ari ubutware bwo gushika igihe kitagira urugero, n’ubwami bwiwe bukaba ubw’iyaruka ku rindi+.

  • Ivyahishuwe 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi igihe cose nya binyabuzima bihaye ubuninahazwa n’iteka n’ugukenguruka+ Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, Umwe abaho ibihe bitazoshira+,

  • Ivyahishuwe 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 arahira Uwubaho+ ibihe bitazoshira+ yaremye ijuru n’ibiri muri ryo n’isi+ n’ibiri muri yo n’ikiyaga n’ibiri muri co+, ati: “Nta guteba+ kukihabaye;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika