Zaburi 47:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Imana icitse umwami ku mahanga+.Imana ubwayo ifashe icicaro ku ntebe y’ubwami yayo nyeranda+. Ivyahishuwe 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Uwicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ avuga ati: “Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha+.” Yongera avuga ati: “Andika, kuko aya majambo ari ayo kwizigirwa n’ay’ukuri.”
5 Maze Uwicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ avuga ati: “Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha+.” Yongera avuga ati: “Andika, kuko aya majambo ari ayo kwizigirwa n’ay’ukuri.”