ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 16:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Amajuru nahimbarwe, isi na yo inezerwe+,

      Nibivuge mu mahanga biti: ‘Yehova ubwiwe acitse umwami+!’

  • Zaburi 96:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimuvuge mu mahanga muti: “Yehova ubwiwe acitse umwami+.

      Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+.

      Azoburanira ibisata vy’abantu mu kugororoka+.”

  • Zaburi 97:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 97 Yehova ubwiwe acitse umwami+! Isi nigire akanyamuneza+.

      Ya mazinga menshi nanezerwe+.

  • Ivyahishuwe 19:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze numva ikimeze nk’ijwi ry’isinzi rinini, kimeze kandi nk’ijwi ry’amazi menshi, kimeze kandi nk’ijwi ry’imituragaro yasana. Bavuga bati: “Shemeze Ya+, kuko Yehova Imana yacu, Mushoboravyose+, atanguye kuganza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika