Zaburi 96:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimuvuge mu mahanga muti: “Yehova ubwiwe acitse umwami+.Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+.Azoburanira ibisata vy’abantu mu kugororoka+.” Ivyahishuwe 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze numva ikimeze nk’ijwi ry’isinzi rinini, kimeze kandi nk’ijwi ry’amazi menshi, kimeze kandi nk’ijwi ry’imituragaro yasana. Bavuga bati: “Shemeze Ya+, kuko Yehova Imana yacu, Mushoboravyose+, atanguye kuganza+.
10 Nimuvuge mu mahanga muti: “Yehova ubwiwe acitse umwami+.Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+.Azoburanira ibisata vy’abantu mu kugororoka+.”
6 Maze numva ikimeze nk’ijwi ry’isinzi rinini, kimeze kandi nk’ijwi ry’amazi menshi, kimeze kandi nk’ijwi ry’imituragaro yasana. Bavuga bati: “Shemeze Ya+, kuko Yehova Imana yacu, Mushoboravyose+, atanguye kuganza+.