ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 46:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Narigije hafi ubugororotsi bwanje+. Ntiburi kure+, kandi ubukiriro bwanje ntibuzocerwa+. Nzotanga ubukiriro i Siyoni, mpe Isirayeli ubwiza bwanje+.”

  • Ezekiyeli 12:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 ‘“Kuko jewe Yehova, nzovuga ijambo nzovuga, kandi rizoshitswa+. Ntihazokwongera kuba ukwigiza inyuma+, kuko mu misi yanyu+ ga yemwe nzu y’ingarariji, nzovuga ijambo kandi nkarishitsa koko,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.’”

  • Habakuki 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika