Yeremiya 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Yehova mu vy’ukuri ni Imana+. Ni we Mana nzima+ akaba n’Umwami gushika igihe kitagira urugero+. Isi izotigitishwa+ n’uburakari bwiwe, kandi amahanga ntazokwihanganira imisibo yiwe+.
10 Mugabo Yehova mu vy’ukuri ni Imana+. Ni we Mana nzima+ akaba n’Umwami gushika igihe kitagira urugero+. Isi izotigitishwa+ n’uburakari bwiwe, kandi amahanga ntazokwihanganira imisibo yiwe+.