Abagalatiya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ubuninahazwa bube ubwayo ibihe bitazoshira+. Amen. Ivyahishuwe 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”
11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”