ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze ikiremwa cose kiri mw’ijuru no kw’isi no munsi y’isi+ no ku kiyaga, be n’ibintu vyose biri muri vyo, numva bivuga biti: “Umuhezagiro n’iteka+ n’ubuninahazwa+ n’ubushobozi bibe ivy’Uwicaye kuri irya ntebe y’ubwami+ n’ivy’urya Mwagazi w’intama+ ibihe bitazoshira.”

  • Ivyahishuwe 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 bavuga bati: “Amen! Umuhezagiro n’ubuninahazwa n’ubukerebutsi n’ugukenguruka n’iteka n’ububasha+ n’inkomezi bibe ivy’Imana yacu ibihe bitazoshira. Amen+.”

  • Ivyahishuwe 11:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 bati: “Turagukengurukiye+, Yehova Mana, Mushoboravyose+, Uwuriho+ kandi yariho, kuko ufashe ububasha bwawe bukomeye+ ugatangura kuganza+.

  • Ivyahishuwe 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze numva ijwi rirenga mw’ijuru, rivuga riti:

      “Ubu rero harashitse ubukiriro+ n’ubushobozi+ n’ubwami bw’Imana yacu+ n’ububasha bwa Kristu wayo+, kuko umwagiriji wa bene wacu araririjwe hasi, umwe abagiriza ku murango no mw’ijoro imbere y’Imana yacu+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika