ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 118:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ya ni ubwugamo bwanje n’ubushobozi bwanje+,

      Kandi ambera ubukiriro+.

  • Luka 1:69
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 69 Kandi yaduhagurukirije ihembe+ ry’ubukiriro mu nzu ya Dawidi umusavyi wiwe,

  • Abaroma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ivyo mubikore kandi kubera muzi iki kiringo, yuko isaha y’uko mwikangura+ mukava mw’itiro imaze kugera, kuko ubu ubukiriro bwacu buri hafi kuruta igihe twacika abemera+.

  • 2 Abakorinto 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko ivuga iti: “Mu gihe c’ukwemerwa narakwumvise, kandi ku musi w’ubukiriro naragutabaye+.” Ehe! Ubu ni co gihe canecane c’ukwemerwa+. Ehe! Ubu ni wo musi w’ubukiriro+.

  • Abaheburayo 9:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.

  • 1 Petero 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 mwebwe abariko bazigamwa n’ububasha bw’Imana biciye ku kwizera+ ku bw’ubukiriro+ buteguriwe guhishurwa+ mu gihe ca nyuma+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika