Zaburi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubukiriro ni ubwa Yehova+.Umuhezagiro wawe uri ku bantu bawe+. Sela. Ivyakozwe 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+.
15 ya Mboneza y’ubuzima na we muramwica+. Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye, tukaba turi ivyabona vy’ico kintu+.