Matayo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwami+ bwawe nibuze. Ukugomba kwawe+ nigukorwe kw’isi nko mw’ijuru+. Matayo 26:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Yigiye imbere gatoyi, yubarara hasi, arasenga+ ati: “Dawe, nimba bishoboka, iki gikombe+ nikindengane. Yamara ntibibe nk’uko jewe ngomba+, mugabo bibe nk’uko wewe ugomba+.” 1 Petero 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira ngo abeho igihe asigaje mu mubiri+, atakibaho kugira ngo ashitse ivyipfuzo vy’abantu, ahubwo kugira ngo ashitse ukugomba kw’Imana+. 1 Yohani 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ikigeretseko, isi iriko irahita, n’icipfuzo cayo ni ukwo+, mugabo uwukora ukugomba+ kw’Imana agumaho ibihe vyose+.
39 Yigiye imbere gatoyi, yubarara hasi, arasenga+ ati: “Dawe, nimba bishoboka, iki gikombe+ nikindengane. Yamara ntibibe nk’uko jewe ngomba+, mugabo bibe nk’uko wewe ugomba+.”
2 kugira ngo abeho igihe asigaje mu mubiri+, atakibaho kugira ngo ashitse ivyipfuzo vy’abantu, ahubwo kugira ngo ashitse ukugomba kw’Imana+.
17 Ikigeretseko, isi iriko irahita, n’icipfuzo cayo ni ukwo+, mugabo uwukora ukugomba+ kw’Imana agumaho ibihe vyose+.