2 Abakorinto 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kandi yapfiriye bose kugira ngo abariho ntibabe bakibaho ku bwabo+, ahubwo babeho ku bw’umwe+ yabapfira hanyuma akazurwa+. Abanyefeso 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mureke rero kuba imburabwenge, ahubwo mubandanye gutahura+ ukugomba+ kwa Yehova ukwo ari kwo.
15 kandi yapfiriye bose kugira ngo abariho ntibabe bakibaho ku bwabo+, ahubwo babeho ku bw’umwe+ yabapfira hanyuma akazurwa+.