ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 143:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nyigisha gukora ukugomba kwawe+,

      Kuko uri Imana yanje+.

      Impwemu yawe ni nziza+;

      Ninyobore mu gihugu c’ukugororoka+.

  • Imigani 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 ni ho uzotahura ugutinya+ Yehova, kandi uzoronka ukumenya Imana+.

  • Yohani 7:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nimba umuntu yipfuza gukora ukugomba kw’Uyo, azomenya ivyerekeye iyo nyigisho, ko iva ku Mana+ canke ko mvuga ivyo nibwiye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika