Abaroma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo. 1 Abatesalonika 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ico Imana igomba ari iki: ni uko mwezwa+, mukirinda ubusambanyi+, 1 Abatesalonika 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye. 1 Petero 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira ngo abeho igihe asigaje mu mubiri+, atakibaho kugira ngo ashitse ivyipfuzo vy’abantu, ahubwo kugira ngo ashitse ukugomba kw’Imana+.
2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo.
18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye.
2 kugira ngo abeho igihe asigaje mu mubiri+, atakibaho kugira ngo ashitse ivyipfuzo vy’abantu, ahubwo kugira ngo ashitse ukugomba kw’Imana+.