Abagalatiya 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Manikanywe na Kristu+. Si jewe nkiriho+, ahubwo Kristu ni we ariho mu bumwe nanje+. Nkako, ubuzima mbayeho ubu+ mu mubiri, ndabubayeho ku bw’ukwizera kwerekeye Umwana w’Imana yankunze akanyigura+.
20 Manikanywe na Kristu+. Si jewe nkiriho+, ahubwo Kristu ni we ariho mu bumwe nanje+. Nkako, ubuzima mbayeho ubu+ mu mubiri, ndabubayeho ku bw’ukwizera kwerekeye Umwana w’Imana yankunze akanyigura+.