Abanyefeso 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 no kugira ngo mfashe abantu kubona ingene ibanga ryeranda+ riyoborwa+, iryahishijwe mu Mana mu gihe kitagira urugero caheze, yo yaremye ibintu vyose+. Ivyahishuwe 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 arahira Uwubaho+ ibihe bitazoshira+ yaremye ijuru n’ibiri muri ryo n’isi+ n’ibiri muri yo n’ikiyaga n’ibiri muri co+, ati: “Nta guteba+ kukihabaye;
9 no kugira ngo mfashe abantu kubona ingene ibanga ryeranda+ riyoborwa+, iryahishijwe mu Mana mu gihe kitagira urugero caheze, yo yaremye ibintu vyose+.
6 arahira Uwubaho+ ibihe bitazoshira+ yaremye ijuru n’ibiri muri ryo n’isi+ n’ibiri muri yo n’ikiyaga n’ibiri muri co+, ati: “Nta guteba+ kukihabaye;