Abanyefeso 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo habe ubuyobozi+ ibihe vyashinzwe bimaze gukwira+, ni ukuvuga ukwongera gukoraniriza hamwe+ ibintu vyose muri Kristu+, ivyo mw’ijuru+ n’ivyo kw’isi+. Egome, muri we, Abakolosayi 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 akaba na we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere+ muri vyose;
10 kugira ngo habe ubuyobozi+ ibihe vyashinzwe bimaze gukwira+, ni ukuvuga ukwongera gukoraniriza hamwe+ ibintu vyose muri Kristu+, ivyo mw’ijuru+ n’ivyo kw’isi+. Egome, muri we,
18 akaba na we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere+ muri vyose;