1 Abakorinto 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mugabo igihe ibintu vyose azoba yabihawe ngo abiganze+, ni ho Umwana ubwiwe na we azoyoboka akaganzwa n’Uwamuhaye+ kuganza ibintu vyose, ngo Imana ibe vyose ku muntu wese+. Abakolosayi 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kandi biciye kuri we ikongera kwisubizako+ ibindi bintu vyose+ mu kugarukana amahoro+ biciye ku maraso+ yasheshe ku giti co kubabarizwako+, vyaba ivyo kw’isi canke ivyo mw’ijuru.
28 Mugabo igihe ibintu vyose azoba yabihawe ngo abiganze+, ni ho Umwana ubwiwe na we azoyoboka akaganzwa n’Uwamuhaye+ kuganza ibintu vyose, ngo Imana ibe vyose ku muntu wese+.
20 kandi biciye kuri we ikongera kwisubizako+ ibindi bintu vyose+ mu kugarukana amahoro+ biciye ku maraso+ yasheshe ku giti co kubabarizwako+, vyaba ivyo kw’isi canke ivyo mw’ijuru.