Yesaya 40:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+. Abakolosayi 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko biciye kuri we+ ari ho ibindi bintu vyose vyaremwe mw’ijuru no kw’isi, ibiboneka n’ibitaboneka, zaba intebe z’ubwami canke ubutware canke intwaro canke ububasha+. Ibindi bintu vyose vyaremwe biciye kuri we+ kandi biremerwa we. Abaheburayo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.
28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+.
16 kuko biciye kuri we+ ari ho ibindi bintu vyose vyaremwe mw’ijuru no kw’isi, ibiboneka n’ibitaboneka, zaba intebe z’ubwami canke ubutware canke intwaro canke ububasha+. Ibindi bintu vyose vyaremwe biciye kuri we+ kandi biremerwa we.
2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.