Abaroma 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko urupfu yapfuye, yarupfuye ku bijanye n’igicumuro rimwe rizima+; mugabo ubuzima abayeho, abubayeho ku bijanye n’Imana+. Abaheburayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.
10 Kuko urupfu yapfuye, yarupfuye ku bijanye n’igicumuro rimwe rizima+; mugabo ubuzima abayeho, abubayeho ku bijanye n’Imana+.
28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.