ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 34:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nureke ikibi, ukore iciza+;

      Rondera amahoro, uyakurikirane+.

  • Abaroma 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nimba bishoboka, uko bivana namwe kwose, mubane amahoro+ n’abantu bose.

  • Abaroma 14:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko rero, dukurikirane ibiremesha amahoro+ be n’ivyubaka abandi+.

  • 2 Timoteyo 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Hunga rero ivyipfuzo bijana n’ubuto+, mugabo ukurikirane ubugororotsi+, ukwizera, urukundo, amahoro+, uri kumwe n’abambaza Umukama n’umutima udahumanye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika