2 Timoteyo 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo umushumba w’Umukama ntabwirizwa kurwana+, ahubwo abwirizwa kuba umuntu yengenga kuri bose+, ashoboye kwigisha+, akaguma yiyumanganije mu mibabaro+, Abaheburayo 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+, Yakobo 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Vyongeye, urubuto rw’icamwa+ c’ubugororotsi+ rubibwa mu mahoro+ ku bariko baremesha amahoro+.
24 Mugabo umushumba w’Umukama ntabwirizwa kurwana+, ahubwo abwirizwa kuba umuntu yengenga kuri bose+, ashoboye kwigisha+, akaguma yiyumanganije mu mibabaro+,
14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,