ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 21:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Utegerezwa rero kumweza+, kuko ari we ashikiriza umukate w’Imana yawe. Akwiye kuba mweranda kuri wewe+, kuko jewe Yehova uwuriko arabeza ndi mweranda+.

  • Yesaya 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Uyu yarahamagara uriya ati: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova nyen’ingabo+. Ubuninahazwa bwiwe bunengesereye isi yose.”

  • Ivyahishuwe 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi ku vyerekeye ivyo binyabuzima bine+, kimwekimwe muri vyo uko bikurikirana gifise amababa atandatu+; hirya no hino be no munsi vyuzuyeko amaso+. Kandi nta karuhuko bigira ku murango no mw’ijoro kuko biguma bivuga biti: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova+ Imana, Mushoboravyose+, uwariho kandi ariho+ kandi ariko araza.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika