Kuvayo 28:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 “Kandi uze ukore akabate gaca ibibatsi k’inzahabu itavanze uheze ugasarureko udusaruro nk’utw’ikidodo ngo: ‘Ubweranda ni ubwa Yehova+.’ Abalewi 11:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kuko ndi Yehova uwuriko arabadugana abakura mu gihugu ca Misiri kugira nerekane ko ndi Imana kuri mwebwe+; kandi mutegerezwa kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe ndi mweranda+. Abalewi 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Kandi mutegerezwa kwiyeza no kwerekana ko muri beranda+, kuko ndi Yehova Imana yanyu. Yesaya 43:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ndi Yehova Umweranda wanyu+, Umuremyi wa Isirayeli+, Umwami wanyu+.”
36 “Kandi uze ukore akabate gaca ibibatsi k’inzahabu itavanze uheze ugasarureko udusaruro nk’utw’ikidodo ngo: ‘Ubweranda ni ubwa Yehova+.’
45 Kuko ndi Yehova uwuriko arabadugana abakura mu gihugu ca Misiri kugira nerekane ko ndi Imana kuri mwebwe+; kandi mutegerezwa kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe ndi mweranda+.