Zaburi 89:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko inkinzo yacu ari iya Yehova+,N’umwami wacu akaba ari uwa wa Mweranda wa Isirayeli+. Yeremiya 51:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kuko Isirayeli na Yuda+ batapfakaye mu kubura Imana yabo, mu kubura Yehova nyen’ingabo+. Kuko igihugu c’abo cuzuye ukwagirwa n’icaha mu maso ya wa Mweranda wa Isirayeli+.
5 “Kuko Isirayeli na Yuda+ batapfakaye mu kubura Imana yabo, mu kubura Yehova nyen’ingabo+. Kuko igihugu c’abo cuzuye ukwagirwa n’icaha mu maso ya wa Mweranda wa Isirayeli+.