Zaburi 47:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abanyacubahiro b’ibisata vy’abantu barakoranye+,Hamwe n’abantu b’Imana ya Aburahamu+.Kuko inkinzo z’isi ari iz’Imana+.Yaduze hejuru cane+.
9 Abanyacubahiro b’ibisata vy’abantu barakoranye+,Hamwe n’abantu b’Imana ya Aburahamu+.Kuko inkinzo z’isi ari iz’Imana+.Yaduze hejuru cane+.