ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ariko hamwe hogira inyama z’ikimazi ciwe c’ugusangira ziribwa ku musi ugira gatatu, uwugishikirije ntazoshimwa+. Ntazogiharurwako+. Kizocika ikintu gihumanye, kandi uwuzokiryako azokwishura ikosa ryiwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Ntuze urye ikintu na kimwe giteye ishishi c’ubwoko na bumwe+.

  • Yesaya 65:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 bakicara hagati mu mva+, bakanarara mbere mu tururi tw’inderetsi, bakarya inyama z’ingurube+, mbere umufa w’ibihumanye+ ukaba mu vyombo vyabo;

  • Yesaya 66:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Abiyeza kandi bakihumanura kugira baje mu mirima+ inyuma y’umuntu ari hagati na hagati, bakarya inyama z’ingurube+ be n’ikintu gishisha, mbere na ya mbeba isimbagurika+, bose hamwe bazoshika kw’iherezo ryabo,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika