Abalewi 18:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Ntuze usohorere intanga mu gikoko na kimwe+ ngo bitume uhumana, kandi umugore ntakwiye guhagarara imbere y’igikoko kugira ahuze umubiri na co+. Ukwo ni ukugira ibitagirwa. Abalewi 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Aho umugabo yimije igikoko+, ntaze abure kwicwa, na nya gikoko muze mucice. Gusubira mu vyagezwe 27:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Aravumwe umuntu aryamana n’igikoko ico ari co cose+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)
23 “‘Ntuze usohorere intanga mu gikoko na kimwe+ ngo bitume uhumana, kandi umugore ntakwiye guhagarara imbere y’igikoko kugira ahuze umubiri na co+. Ukwo ni ukugira ibitagirwa.