Kuvayo 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Uwo wese aryamanye n’igikoko ntaze abure kwicwa+. Abalewi 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Aho umugabo yimije igikoko+, ntaze abure kwicwa, na nya gikoko muze mucice.