Yosuwa 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ku musi w’inyuma ya pasika, batangura kurya ku mwimbu w’ico gihugu, udutsima tutarimwo umwambiro+ n’intete zicishijwe ku muriro, kuri uwo musi nyene.
11 Ku musi w’inyuma ya pasika, batangura kurya ku mwimbu w’ico gihugu, udutsima tutarimwo umwambiro+ n’intete zicishijwe ku muriro, kuri uwo musi nyene.